Simba SC yatangaje Zoran Manojlovic "Zoran Maki" umutoza mukuru akaba umunya Seribiya asimbuye Pablo Franco wavuye mu ikipe nyuma yo kunanirwa kugera ku ntego z'ikipe muri shampiyona.

Umuseribiya afite ubunararibonye mu mupira w'amaguru muri Afurika aho yakiniye Primeiro De Agosto wa Angola, Waydad Casablanca wo muri Maroc, CR Belouizdad wo muri Alijeriya na Al Hilal Omdurman wo muri Sudani.
Simba yabonye umutoza mushya
Zoran w'imyaka 59 y'amavuko yatozaga Al Tai muri champiyona yo muri Arabiya Sawudite
Bagabo John.