•     

Muhagararane na leta mwo guhagararana nange" Perezida Samia".

Perezida wa Tanzania Hassan Samia Suluhu yasabye abagore bashamikiye Kuri CCM guhagararana na Leta aho guhagararana na Samia

Perezida Samia yasabye abagore bashamikiye Kuri CCM guhagararana na Leta aho guhagararana na Samia

Ibi Perezida Samia yabigarutse ho ubwo yahuraga n'abagore baturuka mu Ishyaka riri ku butegetsi (CCM) Chama Cha Mapinduzi.

Abo bagore bari bafite ibyapa bavuga ko bahagaze bwuma hamwe na Perezida wabo Samia Hassan Suluhu mu bijyanye n'iterambere

Perezida Samia ubwo yagezaga ijambo kuri abo bagore yabwiye ko biriya byapa byanditseho ngo bahagaze nange babihindure bandike ngo" Duhagararanye na Leta.

Ati" ntimuvuge ngo muhagararane na Samia ahubwo muvuge ngo muhagararane na leta mu Iterambere ry'igihugu naho guhagararana nange mwaba muhagaze ku muntu".

Abo bagore babarizwa mu muryango witwa (UWT) bivuga Umoja wa Wanake Tanzania.

Bagabo John