•     

Tanzania: Ikipe ya Simba yabonye umutoza mushya w'umunyaseribiya.

Simba SC yatangaje Zoran Manojlovic "Zoran Maki" umutoza mukuru akaba umunya Seribiya asimbuye Pablo Franco wavuye mu ikipe nyuma yo kunanirwa kugera ku ntego z'ikipe muri shampiyona.

Umutoza mushya wa Simba Zoran Maki

Umuseribiya afite ubunararibonye mu mupira w'amaguru muri Afurika aho yakiniye Primeiro De Agosto wa Angola, Waydad Casablanca wo muri Maroc, CR Belouizdad wo muri Alijeriya na Al Hilal Omdurman wo muri Sudani.

Simba yabonye umutoza mushya

 Zoran w'imyaka 59 y'amavuko yatozaga  Al Tai  muri champiyona yo muri Arabiya Sawudite

Bagabo John.